Burundi/Ubutabera
17.06.11 - INCAMAKE - BERNARD MUNYAGISHARI YAGEJEJWE MURI GEREZA YA TPIR
Arusha, 17 Kamena 2011 (FH) - Uwahoze ari umuyobozi w'interahamwe watawe muri yombi mu kwezi gushize mu burasirazuba bwa Repubulika Iharanira Demokarasi ya Kongo(RDC) ku wa kabiri yagejejwe muri gereza y'umuryango w'abibumbye iri Arusha muri Tanzaniya.
15.07.08 - BURUNDI/ONU - ABAREGWA KUBA BARISHE INTUMWA YA OMS BARAREKUWE
Bujumbura, ku wa 15 Nyakanga 2008 (FH) - Abantu batandatu bakurikiranyweho kuba barishe mu mwaka w'2001, Dr Kassi Manlan, intumwa y'ishami ry'umuryango w'Abibumbye ryita ku buzima (OMS) mu Burundi, barekuwe ku wa mbere nyuma y'imyaka 5 bari bamaze bafunzwe.
